Thu. Sep 19th, 2024

2 thoughts on “Filets de poisson au four à la tomate avec olives

  1. Bonsoir. Merci bcp. Mbona umengo biranyaruka knd bisa neza. Nagomba mbaze impamvu abantu badakunda gukoresh poisson ya Thomson cnk saumon. Hari itandukaniro rihari hagati y’amafi n’ayandi?

    1. Bonsoir Dorine. Merci pour ton commentaire. De mon côté: twebwe le saumon turayikunda cane. Nkuko navyanditse: ndamaze kugerageza iyo plat avec le saumon et c’était aussi délicieux. Donc, nibaza ko bivana na préférence y’umuntu kuri choix ya poisson akoresha. Ndibaza k na Thomsom canke le mukeke nahone vyoba biryoshe. En tout cas ndipfuza kuzogerageza avec umukeke. Hama hariho itandukaniro hagati y’amafi n’ayandi. Par ex: umukeke si cokimwe na poisson yitwa “Capitaine” tumenyereye i Bdi . Ariko zose ni ifi. Nibaza rero ko bivana n’ifi umuntu ahisemwo gukoresha . Merci

Leave a Reply

%d bloggers like this: