“UBUMWE”- CIRORE CIZA CA KAZOZA
UBUMWE, rumuri rumurika ineza ya twese, Citegererezo ca bose. Kagozi koroshe kandi kanonotse, kanabangutse kurungano rwose.
Nkōko ntahara, idósha bose bakanogerwa.
Shusho y’ejo, ruvyino rw’ejo rw’abazi umubano ico ari co.
Cirato c’abazi ubuzima, rumarantimba kuri jewe na mwene wacu.
UBUMWE, simbizo ya nyina wa nyaburunga, mutamana wa rukundo; ubumwe ni integuza murukundo ni karangura mw’iterambere rikomeye ry’abavukanyi bi intahemuka
UBUMWE, ni inkinzo ikaba numuheto utuza ukanatuntuza ba mitima ya yaze, bahunahuna inyuma y’umutamana w’ubumwe
UBUMWE ni inkebuzo ku bikevya ngo babibe urwanko, ivangura ruhu, ni itandukaniro ritagira aho rishingiye
“UBUMWE”- CIRORE CIZA CA KAZOZA

Surmonter le pire pour vieillir ensemble
Faut-il donc être entrepreneur pour survivre dans ce pays ?
“Quitter le Burundi” est-il synonyme d’un avenir prometteur ?
UBAHA MUSHIKI WE, NAWE AZOSONERA MUSHIKI WAWE.
À Fleur de peau
World Environmental Day
40 Life Lessons at 40 — Part 1
Kuronka ikibondo inyuma y’imyaka 6 wubatse: Intahe ya Jackie (2)