Thu. Sep 19th, 2024

10 thoughts on “Mbe burya umurundi aba mumahanga ninde amubabaye vy’ukuri?

  1. Amafaranga turayaronka. Mugabo Erega sayo gutanga. Nukugira natwe dutere imbere. Kugira lero utere imbere abarundi nukubimenya. Umuntu ategererezwa kugira ubwenge ico ni cambere. Ica kabiri umuntu ategererezwa kuraba imbere. Apana kuguma winyunvira ivyahise. Ica gatatu utegerezwa kubungabunga amagara yawe kuko udakomeye vyose nubusa. Ica kane nukwama uri positif. Kuko kuba positif nikintu gikomeye cane mu mibereho no Ku magara yawe

  2. Ego cane ndashimye rwose ino nkuru Maria ashikirije….nuko nyene bigenda ..jeho aho mperuka nagarukanye abansi benshi cane kandi ntasiba kubafashisha makeyi mfise…….nari ngiye mu rubanza ….reka reka ntavyo mvuze ! bazi koko ko tuyamura amafranga muri Europe !

    1. Urakoze cane Esperance kugira ico ushikirije. Biribonekeza koko ko iyo ”ngorane” ihari. Kumbure n’abari mumahanga barabifisemwo uruhara, kuko hari benshi bashaka kwerekana iyindi shusho, nkuko vyose vyama vyera de ibulaya..

  3. Gogo
    Ndamushimiye cane Mariya kuri ivyo avuze.
    Nukuri Abarundi benewacu hariya i Burundi urukundo bashize mu mufuko, inkumbu ntibakigira namba, bakubonye ntibakubaza aho ugeze mu buzima, imigambi yawe yo kwiteza imbere ( rien) bakubwira ivyabo gusa, uwubaka ngo ashaka i ciment, uwundi umutahe, nibindi vyinshi.
    Nkuko Mariya yabivuze ni duhinduke twese , twipfurizanye kumeregwa neza twese, two gera dushima, hanyuma duheze tuze turahana murukundo, tureke kuguma twikunda Twebwe abasigaye i Burundi kuko na bandi barafise i yo bigufasha gushikako mu buzima bwa o🙏

    1. Ndabashimiye cane kuriyo ntererano yanyu. Kwibaza ko i Bulaya vyose vyera de, ni kwihenda cane. Vyiza rero twese twobwizanya ukuri. N’abari hanze y igihugu bakagabanya gushaka kwerekana ko vyo biri parfait. Abari i Burundi, bakumva nabo ko bakwiye kwitaho gusumba benewabo bari mumahanga.

  4. Merci de votre bonne analyse , solidarity and love is not one way …it works well if it comes from both sides .

    Again thank you , people should ready this carefully and understand that this is how so many Burundians ( Africans ) abroad feel

    1. Thank you a lot for taking your time to read this. And you are right: solidarity should come from both sides.

  5. Ivyo Mariya avuze vyose ni ukuri kwambaye ubusa. Je nibazako hariho n’ abasabira agahokezo atari uko wogirango barakenye. Ikindi kandi: mbe bibazako abari mu mahanga bose bafise amikkro? Hariyo n’abarara hoyi barara ku mabaraza canke muma canivaux. Iyoba uko abari mu gihugu ‘amavuko bafashanya nkuko bipfuza gufashwa n’abari mumahanga, nibazako ibintu biba bimeze neza gusumba: ibaze nk’umuntu agusaba umuliyonni ngo yiyongerereze agure umuduga kukoafise ivyashara akora, ariko umwana wa mwenewabo agasiba kuja kwishule kubera adashobora kuronka 10000fBu zo kugura amakaye!

    1. Murakoze cane kuri iyo ntererano yanyu hamwe no kutuvunira akagohe.

  6. Imbwa iyuyimenyereje kuzurayiha ivyirya, ubibuze irya wewe,gufasha abantu nivyiza ariko si itegeko ngo uko bagusavye ngubahe,kubibamenyereza ni ukubitera.
    Mbe none iyutaburi iburayi ntibobayeho?

Leave a Reply

%d bloggers like this: