Thu. Sep 19th, 2024

2 thoughts on “Disillusionment

  1. Heyy this is a great testimony,thanks for sharing with us,i agree with the fact that us,burundian youth should follow our passion but proverty curbs us…wanting to be a designer is cool but finding a school and paying yourself without a scholarship is hard that’s why we go study “those faculties”….thank youu

  2. Actuellement, nibaza ko uwutarajijuka à ce sujet yarakwiye kwikebuka kuko la vision et la passion nivyo bikuru kuko niyo base ya motivation. Ahasigaye nukumenya ko “la provision suit tooujours la vision” et non le contraire. Ahandi ho woba uriko urahusha inzira

    Hari n’abita ku rutare ngo bamenye ikintu canke ngo bagikore ariko kubera atari leurs passions canke kubera baba bakuriye amahera ugasanga à la fin babaye déçu canke bakoze amarorerwa muri société.

    Abiga mur enseignement général co kimw n’abari muri enseignement professionnel boshira ku muzirikanyi ko ukugira ico wiyumvamwo, ukunda, wipfuza kandi ushoboye ari intango ya réussite. Ibindi vy’uburyo biza mu nyuma kandi bukebuke.

    Par ailleurs, il ne suffit pas seulement yo kurondera amahera no kuyaronka! Encore faut-il savoir ico umuntu ayakoresha c’akamaro kuri we no ku ku gihugu.

    Ivyo rero bitahura abakunda igihugu cabo n’abumva ko bafise uruhara mw’iterambere ryaco.

Leave a Reply

%d bloggers like this: