Thu. Sep 19th, 2024

1 thought on “Se remettre en question: Et si on en finissait avec ces apparences trompeuses et apprenait plutôt à être plus honnête avec nous-mêmes? (2ème partie)

  1. J’ai aimé la partie ivuga ngo “se poser les bonnes questions”

    Ni kesnshi ikintu kidushikiye canke kibaye muri société ku wundi muntu umengo ni ibisanzwe ahandi naho bikaturyohera canke bikatubabaza ariko ntiturondere kuvyiyumvirako ngo turabe isomo (leçon) ririmwo.

    Iyi article ni nziza cane.

    Partie ya mbere yayo yoyo yaradukeuye cane kuko kenshi usanga turondera gukoporora uko abandi babayeho canke ivyo bakoze kandi tutabifitiye uburyo bikadusigamwo imvune aho kuba honnête avec nous-mêmes ngo tubeho mu buryo dufise.

    Merci bcp Larissa kuri iyi nkebuzo n’inyigisho waduhaye

Leave a Reply

%d bloggers like this: